Duration 3:54

Vyoba bikenewe ko abagabo bigishwa ibijanye n'ubutinyanka

1 285 watched
0
8
Published 3 Jun 2021

Vyoba bikenewe ko abagabo bigishwa ibijanye n'ubutinyanka ? Umugabo yofasha gute umugore wiwe mu bikorwa vya minsi yose mu gihe ari mu butinyanka ? Kurikira igice ca gatatu c'ikiyago aba #Guides bo mu #Burundi batunganije kuri uwu wa gatandatu ku bijanye n'Ubutinyanka ku mwigeme. Umviriza ivyiyumviro abigeme batandukanye bashikirije.

Category

Show more

Comments - 2